IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Ibiharuro mfatakibanza vy’ivyavuye mu matora mu ntara 12 vyamenyekanye

Ibiharuro mfatakibanza vy’ivyavuye mu matora mu ntara 12 vyamenyekanye

vendredi 18 mai 2018

Muri izo ntara icumi na zibiri, ibiharuro vyerekana ko Ego yatowe ku bice birenga 60 kw’ijana, uretse intara ya Bururi n’igisagara ca Bujumbura, Ego yatowe ku bice biri hejuru gato ya 50 kw’ijana.

Muri rusangi, muri izo ntara icumi na zibiri, ibiharuro bimeze uku :

Muramvya Ego : 78,5% , Oya : 13,78%
Kirundo Ego : 83,1% , Oya : 11,2 %
Mwaro Ego : 61,66% , Oya : a eu 27,78%
Rumonge Ego : 68,95% , Oya : 22,5%
Bubanza : Ego : 81,6% , Oya : 12,5%
Bujumbura Mairie : Ego : 53,9 % , Oya : 44,4%
Bujumbura province : Ego : 75,7% , Oya:17,6%
Bururi : Ego:52, 96% , Oya : 33,39%
Ruyigi : Ego :72% , Oya : 17,7%
Karusi : Ego : 83,7%, Oya : 9,45%
Ngozi : Ego:83,3%, Oya : 11,3%
Makamba : Ego : 66,6%, Oya:25,7%

Ivyavuye mu ntara 6 zisigaye, tubandanya tubibaronderera.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.