Accueil > Amakuru > umutekano > Icegeranyo ca SOS-Torture cagarutse ku Mbonerakure zo ku Musaga zaburiwe (...)
Icegeranyo ca SOS-Torture cagarutse ku Mbonerakure zo ku Musaga zaburiwe irengero
lundi 5 Ruheshi 2017, par
Muri ico cegeranyo, ishirahamwe SOS-Torture rimenyesha ko abandi bantu bagera kuri cumi aribo bahagaritswe muri ico kiringo, batanu muribo bakaba bafatiwe muri zone Gihosha, mu gisagara ca Bujumbura.
Iryo shirahamwe ryagarutse kandi ku Mbonerakure zibiri z’umugambwe CNDD FDD zaburiwe irengero muri zone ya Musaga. Kubwa SOS-Torture, iryo burirwa irengero ry’abo banywanyi ba CNDD FDD rifitaniye isano n’ukuzimanganya ivyagiriji hamwe n’ivyabona vy’amabi yakozwe.

Egide NDUWIMANA
Messages
5 Ruheshi 2017, 17:15, par ukuli
ariko iyo sos aho siyo inyuruza ikanica abanyagihugu kugira ibone rapport iha abazungu bayikoresha ngo ironke amahera, ese guvernement y u burundi muyigombako ici ko yabatsinze mu mpane zose, reka ihinyanyure ibwiriza shingiro murabe ko harico mubikoraho, bujya president aba ari president kuko aba yarabishitseho aciye muri vyinshi cane mumwubahe rero mumusabe icigongwe kuko utwo abazungu babahendesha nibabahaga tuzashira babatwenge bo barishikiye ku nyungu zabo kera