Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ingingo yafashwe n’ubutungane ntiyubahirijwe ku mukozi wa SOSUMO - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Ingingo yafashwe n’ubutungane ntiyubahirijwe ku mukozi wa SOSUMO

Ingingo yafashwe n’ubutungane ntiyubahirijwe ku mukozi wa SOSUMO

mardi 11 Mukakaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Boniface Nibigira yafashwe kuva kw’igenekerezo rya 18 Rusama 2017 yagirizwa ko yimbishije ikinogo c’ugutamwo abantu bagandaguwe n’abadashigikiye ugusubira kwitoza kw’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA mu mwaka w’2015.

Imbere y’abacamanza, uwo mukozi wa SOSUMO yari yasiguye ko ico kinogo cimbwe cari ico gutamwo imiti yataye igihe yakoreshwa kw’ivuriro ry’ishirahamwe SOSUMO, ariko umushikiranganji w’amagara y’abantu akaba yari yategetse ko iyo miti yojanwa guturirirwa ahandi.

Mu gihe Sentare itarashikiriza igituma uwo mukozi wa SOSUMO atararekurwa kandi ingingo yafashwe ari iy’uko yohabwa umwidegemvyo w’agateganyo, mu muryango wiwe bavuga ko ariko ararenganwa, bagasaba ko yorekurwa.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.