Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Rutana:Uwagirizwa gushurashuza umukehabwenge yaciriwe urubanza - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Ubutungane > Rutana:Uwagirizwa gushurashuza umukehabwenge yaciriwe urubanza

Rutana:Uwagirizwa gushurashuza umukehabwenge yaciriwe urubanza

Thursday 25 October 2018, by vianney

Amakuru dukesha umuvugizi wa sentare ntahinyuzwa Agnes BANGIRICENGE amenyeshako iruhande y’imyaka yaciriwe na sentare,uyo muporisi azotanga ihadabu y’amafaranga y’amarundi ibihumbi 200 .

Ayo makuru avuga ko Ildephonse NGENDAKUMANA adatanze ihadabu yakatiwe azoca afungwa umunyororo uyasubirira w’amezi 6.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.