Home > Amakuru > Ubutungane > Mairie :Uwagirizwa gufata ku nguvu umwigeme yaciriwe gufungwa imyaka (...)
Mairie :Uwagirizwa gufata ku nguvu umwigeme yaciriwe gufungwa imyaka 30
Monday 13 August 2018, by
Amakuru dukesha umuvugizi wa sentare Ntahinyuzwa,Agnes BANGIRICENGE amenyeshako Ezeckiel MANIRAKIZA yaciriwe kandi gutanga indishi y’akababaro kangana n’amafaranga imiriyoni 5 n’ibihumbi 647 n’amajana atanu y’amafaranga y’amarundi.
Ayo makuru avuga ko Ezeckiel MANIRAKIZA niyo ata tanga iyo ndishi y’akababaro azoca ahanishwa umunyororo w’agatsindikiro k’imyaka 4.706.
IGIHE
Forum posts
17 August 2018, 06:26, by Niyiragira Diomede
Nne Umuntu Anfunzw Imwaka Inganuk Bury Azoyimara Yose Mugasho?