Home > Amakuru > Ubutungane > Makamba: Abagirizwa urudandazwa rw’abantu baciriwe umunyororo w’imyaka (...)
Makamba: Abagirizwa urudandazwa rw’abantu baciriwe umunyororo w’imyaka 5
Monday 30 July 2018, by
Amakuru dukesha umuvugizi wa sentare Ntahinyuzwa,Agnes BANGIRICENGE amenyeshako abo bose uko ari 4 bafatiwe ahitwa Mugina k’urubibe igihugu c’Uburundi gihana n’igihugu ca Tanzaniya.
Agnes BANGIRICENGE avuga ko abo bafashwe bagirijwe urudandaza rw’abantu ,bari bafashe inzira ibashikana mu bihugu vy’abarabo baciye mu gihugu ca Tanzaniya.
IGIHE
Forum posts
1 August 2018, 21:15, by Benny lucky
Shimirwa muntuwese ushaka gukora ibijanyenamategeko.iyonintambwe ikomeyecaneyokwerekanako uburundi burikugihe cokudasamarakumutekano,noguhamagarira abenegihugukubaka igihugucabo batazeye amasohanze.kanatsindahanzentakiriyovyosetubisiga iburundi.uwushatsegusohokanawe,narondere ibisabwanamategeko agendebamuzi.hamayibukekwubaka igihugucamwibarutsemugkora imigambiyiterambere.nokwamamaza mukuvuganeza uburundi ko arigihugucamata nubuki.abacamanzanabo murakame uko,arikomucimanzazibereye kuko namwe ivyanyu ivyacu birarindiriwemurakoze.