Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Itegeko rikingira ibikorwa mvabwenge rigiye gutangura gushirwa mu ngiro mu (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Imico kama > Umuco > Itegeko rikingira ibikorwa mvabwenge rigiye gutangura gushirwa mu ngiro mu (...)

Itegeko rikingira ibikorwa mvabwenge rigiye gutangura gushirwa mu ngiro mu Burundi

Tuesday 15 May 2018

Mw’itangazo umushikiranganji w’inkino n’imico kama yashize ahabona, amenyesha ko iyo ngingo igiye gushirwa mu ngiro, mu ntumbero yo guteza imbere imico no kuyigira ishimikiro ry’iterambere rirarama ry’igihugu.

Umushikiranganji Pelate NIYONKURU, amenyesha ko uwutazokwubahiriza iyo ngingo azohanwa hisunzwe amategeko akingira ibikorwa mvabwenge n’amategeko y’igihugu.

Ikigo OBDA cashizweho n’itegeko ry’umukuru w’igihugu inomero 100/237 ryo kw’igenekerezo rya 7 Mukakaro 2011


MUGISHA Van Naris

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.