Accueil > Amakuru > umutekano > Jabe : Umwigeme yatowe ikiziga mu nzu y’umusore bari bamye barasangira
Jabe : Umwigeme yatowe ikiziga mu nzu y’umusore bari bamye barasangira
mercredi 23 Myandagaro 2017, par
Mu gihe bivugwa ko umwigeme Amissa yari yagorobeje hamwe n’umusore Claude basangira agacupa ahantu bari kumwe na musaza wiwe w’uwo mwigeme yishwe, bukeye uwo musore yahavuye ahamagara ab’iwabo n’uwo mwigeme ababwira ko boja gutora ikiziga c’umwana wabo.
Abo mu muryango w’uwo mwigeme bamenyesha ko basanze ico kiziga imbere y’igitanda c’uwo musore, akaba yabahamagaye kw’iterefone akoresheje inomero zo mu gihugu kibanyi ca Congo.
Mu giporisi c’Uburundi bavuga ko atakintu na kimwe cerekana ko uwo mwigeme yoba yanizwe canke yafashwe ku nguvu.
Petero NKURIKIYE avugira igiporisi amenyesha ko amatohoza yatanguye. Uwo musore Claude avuka mu Buyenzi kw’ibabara ry’indwi
Huguette NKURUNZIZA
Messages
24 Myandagaro 2017, 09:25, par Hicuburundi
Turabizi neza ko ari Imbonerakure n’Interahamwe zishe Amissa
30 Myandagaro 2017, 22:09, par Ndikumana
uwo Muhungu Yobazwa
2 Nyakanga 2017, 21:00, par kabula yusufu
Yakundanye nurufpu atabizi!!! imana nimwakire nimba atari. Gukora ivyaha. Abakobwa bomugisagara ni hatari
24 Rusama 2018, 22:52, par Dieuckel Habonimana
oya Uyomuntu Ntiyocavuga Karimbonerakure Yobazi Icoboba Bapfa Nimbonerakure n’ Uwo Muhisi?