Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kabezi : Abagabo babiri bishwe bagirizwa uburozi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Kabezi : Abagabo babiri bishwe bagirizwa uburozi

Kabezi : Abagabo babiri bishwe bagirizwa uburozi

mardi 12 Kigarama 2017, par Egide NDUWIMANA

Abo bagabo babiri bishwe inyuma y’aho umwe muribo yiyemereye ko ariwe yishe umuhungu wiwe amuroze, nk’uko vyemezwa n’abajejwe intwaro.

Uwo yari yarozwe yitavye Imana ku muhingamo wo kuri uwu wa mbere nyene. Uwo mugabo agira kabiri yishwe n’abanyagihugu, ni uwagirizwa ko yafadikanije n’uwo yishe umuhungu wiwe, mu kumurogo.

Abajejwe umutekano muri iyo komine ya Kabezi bavuga ko amatohoza yatanguye ku bagandaguye abo bagabo, bagasaba abanyagihugu ko bovavanura n’ingendo y’ukwihanira.


Egide NDUWIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.