IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Kajaga : Umukenyezi yishwe acumiswe imbugita

Kajaga : Umukenyezi yishwe acumiswe imbugita

vendredi 8 décembre 2017

Amakuru ava aho mu Kajaga, amenyesha ko uwo mukenyezi yishwe acumiswe imbugita nk’igihe c’isaha zibiri z’ijoro n’umugabo azwi kw’izina rya Makenze, bivugwa ko yoba ari umugabo wiwe, imbere y’uko ikiziga ciwe gitorwa hafi y’ihoteri Ziranova.

Ayo makuru nyene amenyesha ko Makenze yaciye agerageza kwikomeretsa akoresheje imbugita, kugira yerekane ko nawe yoba yarashwe n’abasirikare bakorera muri ivyo bice.

JPEG - 43.3 ko
Makenze yagirizwa kwica umukenyezi mu Kajaga

Ababa hafi y’iyo hoteri, bemeza ko uwo mugabo azwi kw’izina rya Makenze nawe yahavuye afatwa, ariko gushika ubu icatumye uwo mukenyezi yicwa kitaramenyekana.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.