IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Kamenge : Ibisasu bibiri vyatewe ku rugo rumwe

Kamenge : Ibisasu bibiri vyatewe ku rugo rumwe

lundi 26 Kigarama 2016, par Egide NDUWIMANA

Gerenade zibiri zatewe kuri uwu w’Imana w’ihimbazwa ry’umunsi mukuru wa Noweri mu bunywero buri muri zone ya Kamenge. Abegereye ahatewe izo gerenade bavuga ko umuntu umwe ariwe yakomeretse.

Izo gerenade zatewe n’umuntu atamenyekanye kandi atafashwe, nk’uko bivugwa n’abajejwe intwaro muri zone Kamenge.

Mu giporisi gikorera muri iyo zone bamenyesha ko amatohoza yatanguye gukorwa.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.