Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kamenge: Umusuma yitavye Imana,ivyo yari yivye birafatwa - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Kamenge: Umusuma yitavye Imana,ivyo yari yivye birafatwa

Kamenge: Umusuma yitavye Imana,ivyo yari yivye birafatwa

jeudi 15 Ruheshi 2017

Amakuru ava muri zone ya Kamenge amenyesha ko humvikanye amasasu nk’igihe c’isaha icumi z’ubucagucagu ko kuri uno wa kane igenekerezo rya 15 Ruheshi 2017 mu gihe abapolisi bariko bakurikira imodoka yo mu bwoko bwa Probox yariko igereageza kwiruka itwaye ivyari vyibwe.

Mu gipolisi c’Uburundi baremeza ayo makuru, umuvugizi w’igipolisi Pierre NKURIKIYE abicishije ku buhinga ngurukanabumenyi Twitter, yavuze ko imodoka yo mu bwoko bwa Probox yunguruza abantu mu gisagara yariko igerageza guhunga itwaye inzoga zibwe,igipolisi gica kirayirasa.

Ayo makuru nyene akamenyesha ko mu gihe igipolisi carasa,uwari yivye izo nzoga yafashwe n’urusase aca aritaba Imana,mu gihe uwariko aratwara iyo modoka ataco yabaye kandi yamaze guhagarikwa.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.