Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Karusi : Ikiziga c’umugabo atamenyekanye catowe ku ruzi Ndurumu - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Karusi : Ikiziga c’umugabo atamenyekanye catowe ku ruzi Ndurumu

Karusi : Ikiziga c’umugabo atamenyekanye catowe ku ruzi Ndurumu

mercredi 16 Myandagaro 2017

Amakuru ava mu bajejwe umutekano aho mu ntara ya Karusi amenyesha ko ico kiziga catowe mu gatondo ko kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 16 Myandagaro 2017, kiboheye mu musegetera, amaboko n’amaguru aboshe.

Domitien BIZIMANA komiseri w’igiporisi mu ntara ya Karusi amenyesha ko ico kiziga caciwe kijanwa mu buruhukiro bw’ibitaro bikuru vy’intara ya Karusi.

Amakuru ava aho mu ntara ya Karusi amenyesha kandi ko uwo muntu ashobora kuba yiciwe ahandi hanyuma atabwa mu ruzi Ndurumu.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.