Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Karusi : Umugabo yishe mutoyi wiwe yasabiwe gupfungwa ubuzima (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Karusi : Umugabo yishe mutoyi wiwe yasabiwe gupfungwa ubuzima (...)

Karusi : Umugabo yishe mutoyi wiwe yasabiwe gupfungwa ubuzima bwose

mardi 23 Rusama 2017, par Egide NDUWIMANA

Uwagirizwa ubwo bwicanyi ariyemerera ko ariwe yishe mutoyi wiwe azwi nawe kw’izina rya YAMUREMYE Dieudonné, amutemaguje umupanga, muhira aho bari basanzwe baba.

Abo bavukanyi babiri bari bafitaniye urubanza rw’amatongo muri Sentare, uwo yishwe akaba yagiriza mukuru we ko yamunyaze amatongo indwi yaguzwe mu mafaranga yiwe, nk’uko vyemezwa n’umuryango w’abo bavukanyi bompi.

BIGIRIMANA Jean Marie yakoze ubwo bwicanyi yasavye ikigongwe imbere ya Sentare, asaba ko yogabanirizwa igihano.

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.