IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Kayanza : Gerenade yakorekeje bikomeye abantu indwi

Kayanza : Gerenade yakorekeje bikomeye abantu indwi

mardi 1er Rusama 2018, par Egide NDUWIMANA

Iyo Gerenade yatewe ku mutumba Karurusi, zone Mbirizi, komine Gatara, intara ya Kayanza.

Nk’uko mu giporisi c’Uburundi babivuga, uretse abo bantu indwi bakomeretse bikomeye, abandi umunani barakomeretse bisanzwe.

Mu giporisi bashikiriza ko umuntu umwe yikekwa ko ariwe yateye iyo Gerenade yahagaritswe ku mvo z’amatohoza, uwo nawe akaba ari umusirikare w’Uburundi yahora kugarukana amahoro mu gihugu ca Somalie. Abanyagihugu bamwiketse kubw’amajambo yamye ababwira kuri munsi w’Imana w’indwi iheze.


Egide NDUWIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.