IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Kayanza : Igiporisi cahagaritse umukobwa yataye umwana mu Ruvubu

Kayanza : Igiporisi cahagaritse umukobwa yataye umwana mu Ruvubu

samedi 24 mars 2018

Uwo mukobwa azwi kw’izina rya IRANKUNDA Jeanine, yataye umwana wiwe BITANGIMANA Clovis, amaze ukwezi kumwe avutse, mu ruzi Ruvubu nk’igihe c’isaha icumi na zibiri zo kur’uyu wa gatanu.

Pierre NKURIKIYE avugira ubushikiranganji bw’umutekano, amenyesha ko IRANKUNDA Jeanine yamaze guhagarikwa, ubu akaba apfungiwe mu gasho k’igiporisi, muri komine Muhanga.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.