Home > Amakuru > umutekano > Kayanza:Inkoho yakoreshejwe n’abishe Daniel NGENDAKUMANA n’umugore wiwe (...)
Kayanza:Inkoho yakoreshejwe n’abishe Daniel NGENDAKUMANA n’umugore wiwe yatowe
Thursday 20 September 2018, by
Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano hamwe no kugwanya Ibiza,Pierre NKURIKIYE amenyeshako uyo mugabo n’umugore wiwe bishwe bahitanywe n’urusasu rw’abagizi ba nabi bataramenyekana.
Daniel NGENDAKUMANA hamwe n’umugore wiwe Elizabeth NIKIZA barashwe mw’ijoro ryo kuwa kabiri buca ari ku wa gatatu igenekerezo rya 19 Nyakanga umwaka wa 2018.
IGIHE
Forum posts
20 September 2018, 19:31, by Mpfayokurera Philip
nibafate nyabuna izo nkozi zikibi zishengezwe imbere yintahe.
21 September 2018, 21:50, by NZAMBIMANA FIDELE
ABICANYI BAZOBONIBARA IMANA IZAHANA ITARAVYE UKO BASA
24 September 2018, 18:54, by Sindayigaya cleophas
Injavyi zamyeho kandi zihoraho nico gituma detegerezwa kuzirwanya twivuy inyuma
3 October 2018, 09:14, by rema
Imana ifashe abarundi bose basubize inkota mugwubati sinon tuwopha duhere mukutamenya
11 October 2018, 14:09, by Niyonkuru juma
Nukwihangana Ntawe Bitoshikira Umuryango WAbo Nukubafata mumugongo Pore Sana