Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kayanza : Umugore w’imyaka 63 yishwe n’abantu bataramenyekana - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Kayanza : Umugore w’imyaka 63 yishwe n’abantu bataramenyekana

Kayanza : Umugore w’imyaka 63 yishwe n’abantu bataramenyekana

mercredi 25 Gitugutu 2017, par Egide NDUWIMANA

Abagandaguye uwo mugore bamusanze ku rugo iwe ruri ku musozi Kijuri, komine matongo, mu ntara ya Kayanza, nk’uko vyemezwa n’igiporisi.

Mu giporisi bavuga ko amatohoza yatanguye.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.