IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Kayanza : Umuntu umwe yapfuye aguweko n’umusozi, bane barakomereka

Kayanza : Umuntu umwe yapfuye aguweko n’umusozi, bane barakomereka

jeudi 26 Gitugutu 2017, par Egide NDUWIMANA

NSENGIYUMVA Bienvenu w’imyaka 25 wo ku musozi Kibuba, komine Kabarore intara ya Kayanza niwe yapfuye aguweko n’umusozi mu gihe yariko acukura ubutare bwo mu bwoko bwa "Colta".

Abandi bantu bane nabo bari kumwe n’uwo yitavye Imana bakomeretse, bakaba bariko bavurirwa ku bitaro vya Kayanza.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.