IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Kinama : Umuntu atamenyekanye yishwe akerewe izosi

Kinama : Umuntu atamenyekanye yishwe akerewe izosi

lundi 7 mai 2018

Nkuko amakuru dukesha ababa hafi yaho hatowe ikiziga, uwo muntu yatowe yakuweko umutwe, yambaye agahuzu ko munsi konyene, mu mugongo hari urupapuro rwanditse ko "Gahanga wishwe ni iki ?"

Ayo makuru nyene, amenyesha ko abishe uwo muntu baciye bagenda batwaye uwo mutwe wiwe, hamwe n’impuzu ziwe.

Mu giporisi bavuga ko baza kugira ico bavuze kuri uwo muntu yitavye Imana, mu wundi mwanya, ni ikuru tuguma tubatohoreza.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.