Accueil > Amakuru > umutekano > Kinanira : Abari bageranirijwe hamwe mw’isakwa ry’igiporisi barekuwe
Kinanira : Abari bageranirijwe hamwe mw’isakwa ry’igiporisi barekuwe
mardi 25 Gitugutu 2016, par
Igiporisi casatse mu gatondo ko kuri uwu wa kabiri muri karitiye ya Kinanira, zone ya Musaga. Abantu batari bake bari begeranirijwe hamwe, ariko mu nyuma abo bantu bose bakaba bahavuye barekurwa, ariko abaporisi babanje kuraba ko banditswe mu makaye y’ingo, kandi ko bafise amakarata karangamuntu.
Iryo sakwa ryakozwe ku mabarabara ya 2, 3 na 4, mu Kinanira. Igiporisi c’Uburundi kimenyesha ko ico gikorwa cakozwe kiri mu rukurikirane rw’ibikorwa bisanzwe vy’igiporisi.
OP1 Pierre NKURIKIYE amenyesha ko muri iryo sakwa atacafashwe, kandi ko ata n’umuntu n’umwe yahagaritswe.
IGIHE
Messages
25 Gitugutu 2016, 13:23, par tari
Aho nubwo muraribwa ribwa nihagera mwijoro muratwara rwanyu muje kuzege ka kumihana yacu muce mwivugira arizo mubafatanye kandi ivyo nkurikiye avuga hariho abakubaguwe kuko jewe nari mumicungararo yaho vyabereye
25 Gitugutu 2016, 15:57, par MAHWERA
NTABARIZA , NTABARIZA , UMUGWI WIMBONERA KURE WASHIZWE NA NYABENDA PASCAL UMUKURU WINAMANSHINGAMATEKA WO GUHONYA ABATAMUFUKAMIRA; BO MURI BUJUMBURA RURAL KUMUTUMBA WA KIYENZI NA GISOVU. IVYO NAVYO AKABIFASHWAMWO NIMVUKIRA YO MUGISOVU IZWI KWIZI RYA HUSSENE YOZA IVYOMBO MUNZU KWUYO MUNYABUBANZA; MWUMVISE KO BARAYE BIHAYE IBARA MUKWICA UMUNYESHURE ATEMERA MANDANT YA GATATU. FNL HAGURUKA NIMWE MURONDERWA MUHAGARARE BWUMA NAYAHANDI MURAHONA!!!!
25 Gitugutu 2016, 22:15, par Rutare
@tari. Uribwaribwa ni so wanyu kagame. Heureusement ko abarundi bamuboneye umuti. Niyambuka akanyaru azawunywa gusa urasharira.
25 Gitugutu 2016, 23:29, par emanuelnduwayezu
porisi yuburundi yiranbire ariko inita kukibazo cyurwanda rutwifuriza nabi
7 Munyonyo 2016, 21:31, par Dumbuli
Barundi barundikazi bashingantahe nibundanye muzomarana muhone. None Kagame agize ate ko yiberewe iwe i Rwanda mu mahoro umutekano ndetse n’iterambere nta ngere mbe Barundi turagana he tuzoshikana hehe. ntivyoroshe