IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Kinindo : Ikiziga c’umwana atamenyekanye catowe mu ruzi Muha

Kinindo : Ikiziga c’umwana atamenyekanye catowe mu ruzi Muha

mardi 25 Ndamukiza 2017, par Egide NDUWIMANA

Ikiziga c’umwana ataramenyekana catowe mu ruzi Muha, ku ruhande rwa zone Kinindo, kuri uwu wa mbere, inyuma y’imvura nyinshi yaguye mu gisagara ca Bujumbura.

Uwo mwana ntiyashoboye kumenyekana ku babonye ikiziga ciwe, mu giporisi bakamenyesha ko bigoye kumenya umunsi yapfiriyeko.

Bamwe mu banyagihugu babonye ico kiziga bikeka ko yoba yishwe agatabwa mu ruzi Muha, abandi nabo babikeka ko yatwawe n’amazi y’imvura, amusuka mu ruzi Muha, aho yoba yapfuye asomye nturi.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.