Accueil > Amakuru > umutekano > Kinindo : Umugabo yigeze kuba akorera ibanki BRB yishwe
Kinindo : Umugabo yigeze kuba akorera ibanki BRB yishwe
jeudi 15 Ruheshi 2017, par
Mu giporisi c’Uburundi bamenyesha ko abagandaguye uwo mugabo bari bamukurikiranye, bamurasa ageze ku rugo rwiwe, nk’igihe c’isaha zitanu n’iminota mirongo itatu, kuri uwu wa kane.
Abagandaguye uwo muntu bamwivye n’amafaranga ataramenyekana igitigiri.
Aimable HAKIZIMANA yagandaguwe yari umukukuruke yahora akorera ibanki nkuru y’igihugu (BRB : Banque de la Republique du Burundi)
Egide NDUWIMANA
Messages
16 Ruheshi 2017, 04:47, par Wakera
uwu yishe nazankorabara ( imbonerakure) zifata abakenyezi n’abakobwa kunguvu ngo bavyare interahamwe! Zizopfa zangara