IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Kiriri: Umuganga wo ku bitaro Kira Hospital yatowe ikiziga

Kiriri: Umuganga wo ku bitaro Kira Hospital yatowe ikiziga

lundi 3 Mukakaro 2017

Abicishije ku rubuga rwiwe rwa Twitter,umuvugizi w’igipolisi Pierre NKURIKIYE yamenyesheje ko Franco de Simoné yitavye Imana inyuma yo gukubitwa ikintu kitamenyekanye.

Umuvugizi w’igipolisi Pierre NKURIKIYE amenyesha ko umukenyezi umwe yamaze gufatwa ku mvo z’amatohoza.

Franco de Simone yahora akora mu bitaro Kira Hospital.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.