IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Kirundo : Ikiziga c’umwana atamenyekanye catowe canizwe

Kirundo : Ikiziga c’umwana atamenyekanye catowe canizwe

lundi 14 mai 2018

Amakuru dukesha ababa ku mutumba Kanyinya, amenyesha ko uwo mwana yoba afise nk’imyaka 14 yatowe asana n’uko yanizwe n’abantu bataramenyekana.

Haba mu bajejwe intwaro canke mu bajejwe umutekano bo muri komine Kirundo, baremeza ayo makuru, ariko bakavuga ko amatohoza yatanguye kugira uwo mwana amenyekane bamenye n’icamwishe.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.