IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Kirundo : Umusore yishe mukuru wiwe amutemye n’umupanga

Kirundo : Umusore yishe mukuru wiwe amutemye n’umupanga

samedi 30 Nyakanga 2017, par Egide NDUWIMANA

Mu giporisi mu ntara ya Kirundo bamenyesha ko bataramenya icatumye uwo musore yica mwenewabo, amatohoza akaba yatanguye.

Uwo yagandaguye uwo bavukana akaba yafashwe n’igiporisi canyarikiye ahabereye ubwo bwicanyi.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.