Home > Amakuru > umutekano > Kirundo-Vumbi: Abantu 8 bapfuye,2 barakomereka mw’isanganya ry’imodoka
Kirundo-Vumbi: Abantu 8 bapfuye,2 barakomereka mw’isanganya ry’imodoka
Thursday 23 August 2018, by
Amakuru amenyeshwako imodoka yacitse amafire ica yirara mu bantu bari mw’ibarabara.
Abajejwe intwaro muriyo komine basaba ko bofashwa kugira murico gice hashirweho akadunduri bita “Idodane” kugira abagendesha imiduga baca muriyo nzira baze baragabanya umuvuduko kuko aho hantu hama hibonekeje amasanganya nkayo.
IGIHE
Forum posts
24 August 2018, 08:19, by niyukuri jeans marie
pole sana bene wacu ntakundi nimwihangane ivyo vyama vyabaye komeza kwihangana
25 August 2018, 13:08, by SINDAYIGAYA
NTA kundi abapfuye imana irabakira niko bimeze abakomeretse nabo nibavurwe ntakundivyogenda umusi wageze nindege irasha irimukirere? ok.
26 August 2018, 23:03, by ADOLPHE KIZA
Andika hano KAHORORO
26 August 2018, 23:10, by ADOLPHE KIZA
NAJUWA MUNGU ALITU UMBA NA AKAUMBAKIFO NAWATAKIYA MAPUMUZIKO MEMA PEPONI NAWARE WALIKOSA WATU AWA POL SANA
30 August 2018, 17:06, by bbbb
Imana ibkire