IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > umutekano > Mairie-Jabe : Inkoho 1,igikono c’amasasu hamwe n’amasasu 21 vyatowe

Mairie-Jabe : Inkoho 1,igikono c’amasasu hamwe n’amasasu 21 vyatowe

Sunday 2 September 2018, by vianney

Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikirnganji bw’umutekano hamwe no kugwanya ibiza, Pierre NKURIKIYE amenyeshako ivyo vyatowe indani mu nzu y’ikigo « Imprimerie » citwa IMOBU.

Ayo makuru abandanya avuga ko ikindi catowe muriyo nzu ari ibitura rya gisirikare.


IGIHE

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.