IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Makamba : Abanyororo 10 batorotse agasho k’igiporisi

Makamba : Abanyororo 10 batorotse agasho k’igiporisi

mercredi 24 janvier 2018

Amakuru ava mu ntara ya Makamba, amenyesha ko abo banyororo batorotse nk’igihe c’isaha zibiri z’ijoro,baciye mw’idirisha,babanje gutema ivyuma , bikitse inyuma y’imvura nyinshi yariko iragwa.

Ayo makuru nyene amenyesha ko abo batorotse bose bagirizwa ubusuma rwo ku rwego rwo hejuru, kandi bose bakaba bavuka muri komine Makamba.

Abaporisi bari bajejwe gucungera agasho, bakaba baciye bahagarikwa ku mvo z’amatohoza.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.