Home > Amakuru > umutekano > Makamba- Mugina: Abantu 14 bafashwe bajanywe mu gihugu ca Oman
Makamba- Mugina: Abantu 14 bafashwe bajanywe mu gihugu ca Oman
Monday 23 July 2018, by
Amakuru dukesha urubuga rwa twitter rw’igiporisi c’Uburundi amenyeshako murabo 14, 12 ari abakobwa abandi 2 nabo ari abahungu.
Ayo makuru avuga ko amatohoza aza yatanguye kugira abari inyuma y’urwo rudandazwa rw’abantu bamenyekane.
Vianney BIKORIMANA
Forum posts
24 July 2018, 07:14, by Mahoro
Mu gihe babayeho nabi bategerezwa gusukwa n ubuzima bwo hanze! Leta idafashe ingingo zubahiriza agateka nka zina muntu zigatuma nbubuzima bushoboka n abandi bari inyuma bagenda.
Iyo umuntu akenye rwose biroroshe kumuhendesha n ibitaco bimaze!
26 July 2018, 15:17, by Kagabo
Mbega igihe bababwiriye ko kuja muri ivyo b’ihugu vy’abarabu bibobazanira ingora nyinshi zirimwo no gupfa ntibumva? Nimubareke badandanzwe. ntibayamaze ko : uwigize umucafu,......
31 July 2018, 20:14, by ELIESEL
Andika hano AH’UBONA NIKIBAZO KWERI NONE BAJA KURONDERA Y’UBUZIMA ?NGIRA HARIYAMAHERA MESHI? IKIGUTEGEYE KUMAHERA KIBA KIGUFASHE!