Accueil > Amakuru > umutekano > Makamba : Umutama w’imyaka irenga 60 ari mu bafashwe bagirizwa uguhungabanya (...)
Makamba : Umutama w’imyaka irenga 60 ari mu bafashwe bagirizwa uguhungabanya umutekano
mardi 28 Ntwarante 2017, par
Abantu batandatu bapfunzwe bagirizwa ko bari mu mirwi ihungamabanya umutekano, bakaba bafatiwe muri komine Nyanza-Lac iri mu ntara ya Makamba. Muri abo bafashwe harimwo umutama w’imyaka hafi mirongo indwi.
Abo bantu bafashwe mu mpera z’indwi twaraye turangije, akaba ari abanywanyi b’umugambwe CNDD urongowe na Leonard NYANGOMA asanzwe ari mu buhungiro kuva mu mwaka w’2010.
Mu gihe bivugwa ko muribo hari uwafatanwe imyambaro ya gisirikare, mu giporisi babagiriza ko bari mu murwi yitwaje ibirwanisho ihungabanya umutekano.
IGIHE
Messages
28 Ntwarante 2017, 14:48, par BANZUBAZE
NIBATESHWE BATE ABAGWANYE BARAGWANYE KUKO BARI BAFISICO BAHARANIRA NAYABO NUBUROFA
28 Ntwarante 2017, 14:50, par BANZUBAZE
NIBATESHWE BATE ABAGWANYE BARAGWANYE KUKO BARI BAFISICO BAHARANIRA NAYABO NUBUROFA
30 Ntwarante 2017, 12:33, par Banzubaze
@BANZUBAZE
N’ukubibutsa ko ingendo y’uwundi ivuna!
Nibakoreshe ubundi buryo bw’uguhabuza démocratie kandi burinda kuba buhari, n’uko bashaka ivyihuta, nayo imbeba yarihuse ikavyara ibihume!
30 Ntwarante 2017, 21:00, par softboy New Once
Vyos nivy’Imana turek kwigr abahing.
16 Ndamukiza 2017, 04:44, par EMMANUL
AHUBWO UBUDUFISE AGAHENGWE ABANYAGIHUGU