Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Makamba : Abantu batanu bagirizwa ubwicanyi bafashwe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Makamba : Abantu batanu bagirizwa ubwicanyi bafashwe

Makamba : Abantu batanu bagirizwa ubwicanyi bafashwe

mardi 30 Rusama 2017

Abo batawe muri yompi bagirizwa ko aribo batanze amafaranga ku bagandaguye uwo mugore azwi kw’izina rya Bernadeta BARAGENGANA.

Mu giporisi mu ntara ya Makamba bakikeka ko amatati y’amatongo ariyo yoba ari inyuma y’ubwo bwicanyi.

Bernadeta BARAGENGANA yagandaguwe kw’igenekerezo rya 12 Rusama 2017.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.