IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > umutekano > Matana:Musitanteri avuga ko umutekano wifashe neza

Matana:Musitanteri avuga ko umutekano wifashe neza

Monday 11 June 2018, by vianney

Mu kiganiro n’ikinyamakuru “IGIHE”,Agatha NDUWIMANA arongoye komine Matana avuga ko uwo mutekano bawukesha ugukorana neza hagati y’abajejwe intwaro hamwe n’abajejwe umutekano.

Agatha NDUWIMANA yavuze kandi ko abanyamigambwe muri iyo komine babanye neza kandi iyo hatunganijwe ibikorwa bose bavyitaba.

JPEG - 76.5 kb
Agatha NDUWIMANA, Musitanteri wa Komine Matana

Agatha NDUWIMANA yavuze ati:“ Abanyamigambwe babanye neza,mu bikorwa rusangi bose baravyitaba.”

Uwo arongoye komine Matana amenyesha ko iyo hagize umunyamugambwe uwariwe wese amererwa nabi, bituma n’abandi baca bamererwa nabi kuko ata terambere ryobaho bose badakoranye.


Vianney BIKORIMANA

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.