Accueil > Amakuru > umutekano > Mbuye : Umugore w’imyaka 40 yatowe ikiziga
Mbuye : Umugore w’imyaka 40 yatowe ikiziga
mercredi 29 Ntwarante 2017, par
Ikiziga c’umugore catowe muri komine Mbuye kuri uwu wa mbere nk’igihe c’isaha zitatu z’ijoro. Mu giporisi bamenyesha ko bamenye uwo yagandaguwe n’abantu bataramenyekana.
Uwo yatowe ikiziga ni umupfasoni azwi kw’izina rya Consiliya MVUYEKURE w’imyaka 40, akaba umuvyeyi w’abana batandatu.
Umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi amenyesha ku mutwe w’uwo mugore haboneka ibikomere, na rumwe mu ntoke ziwe rukaba rwari rwaciwe.
Mu giporisi bemeza ko amatohoza yatanguye kugira abagandaguye uwo muntu bamenyekane.
IGIHE
Messages
29 Ntwarante 2017, 17:06, par Irakoze
Uwowoyishenubusaza.Tawogir’urusaku
30 Ntwarante 2017, 07:36, par Nondp
Miri commune mbuye umusozi witwa ngwiki,
30 Ntwarante 2017, 14:00, par Ntazina
Kiramvu
30 Ntwarante 2017, 23:10, par Minani
Basha Nibabarondere Bahamwe Hisunzwamategeko Nabafisakogatima Banenyeko Atanyungu Numutahe Bizova Mumaraso Kiretse Agasho Numuriro Udahera
2 Ndamukiza 2017, 15:10, par laban niyukuri
nsaka kuwumviriza
7 Ndamukiza 2017, 08:54, par AJA
nimusengimana