Accueil > Amakuru > umutekano > Mugina : Ibiro vya posita vyibwe imiriyoni 23 z’amarundi
Mugina : Ibiro vya posita vyibwe imiriyoni 23 z’amarundi
mardi 20 février 2018
Umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano amenyesha ko umukozi wo muri yio posita asigura ko, kugira ayo mafaranga yibwe haje umuntu kuvunjisha inoti ya 10000 vy’amarundi,amahera aca arayabura.
Pierre NKURIKIYE avugira ubushikiranganji bw’umutekano, amenyesha ko ubu uwo mukozi wa posita ari mu minwe y’ubutungane.
MUGISHA Van Naris
Messages
20 février 2018, 10:35, par NIYUNGEKO ALEX
IBIHE VYUBU NUKUHAKEREBUKIRA KUK IMITI YUBUROZI IRIHO NTAMUNTU WOBUKIVUNJIRA AMAHERA UTAMUZI NAHO WOBUMUZI UMANZA KURABA KUK ABANTU BESH BASIGAYE BABESHEJWEHO NIBINTAZI BESHI ABASUMA BASIGAYE BIBISHA IMITI
20 février 2018, 12:29, par bizimana philbert
Andika hano.nta bank invunjira abantu uwo nu musuma kabuhariwe ahubwo.atiyunviriye no guhunga uwo nu musuma yuzuye.post zuburundi zirakwiye kwubakigwa muburyo bwanone aho babika amahera.kugira abacuruzi na bazibikamwo amahera ubwoba bushfire.