Home > Amakuru > umutekano > Mugina :Icibutso c’umugambwe CNDD FDD casambuwe n’abantu bataramenyekana
Mugina :Icibutso c’umugambwe CNDD FDD casambuwe n’abantu bataramenyekana
Tuesday 14 August 2018, by
Amakuru atangwa n’abajejwe umutekano amenyeshako abantu basambuye ico cibutso gushika ubu bataramenyekana.
Mwomenya ko atari ubwa mbere inyubako z’imigambwe zibomorwa n’abantu batazwi ngaho mu ntara ya C’ibitoke ,ingoro y’umugambwe wa UPRONA nayo nyene ikaba yaheruka kubomorwa n’abantu batamenyekanye.
IGIHE
Forum posts
15 August 2018, 09:21, by ana
ko mutatubwira ivyintambara iriko irabera mu Rwanda .
15 August 2018, 11:22, by kankindi
ako nagashereshanyo
15 August 2018, 17:27, by Nzeyi
Ana mu rwanda ntantambara iriyo bibereye mumajambere yigihugu cabo abanyagwanda baradusize kandi iguhugu cabo gifise umutekano ijana kwijana abangwanda bakunda igihugu cabo
16 August 2018, 08:59, by che
Ana......., sha nukuri nta ntambara iri mu Rwanda, ubwo usanga wahenzwe nibyo wumva, oya nukuri amahoro araganje. Gira amahoro!
16 August 2018, 09:06, by nkotanyi
Ana karibu mu Rwanda rwa gasabo uze wirebere utazajya ubibwirwa na abandi mu Rwanda umutekano niwose igihugu kiragendwa amasaha 24 kuri 24 ntubizi se ko abarundi murisanga mu Rwanda nta kibazo sinzi niba warumvise gahunda turimo yitwa Visit Rwanda namwe abaturanyi irabareba.
16 August 2018, 10:16, by kankindi
ewe nzeyi mumajambere nayinkotanyi nayintamba uzobimenya niyagushikira rindira
17 August 2018, 17:33, by nkotanyi
kankindi we imyumvire yawe sinyizi sinzi niba uzi neza u Rwanda uretse amagambo ugenda wumva u Rwanda nta kibazo dufite rwose nawe ushatse uzahatembere urebe ?!! ntacyo uzaba .
18 August 2018, 14:40, by beneburundi
oooohhh rara ngo mu Rwanda har’intambara ? Ana barakubeshya nta n’izahaba,erega burya iyo abantu bashyize hamwe nta kibashobora,ndemeranya nawe ko dufite ibigarasha byanga uRwanda,ariko ni 0 kdi uzabibona
18 August 2018, 22:19, by Manwel Nyabenda
Andika hano Mbega Ko Nyakubahwa Umukuru Wigihugu Cuburundi Petero Nkrunziza Yavuzeko Atazitoza Bantahomfatwa Nintashima Biteguyegute? Kubandanya Guteza Imbere Igihu Cuburundi Kugira Ntigisubire Inyuma ?
22 August 2018, 11:53, by Nkundigihugu
Abavuga ko ata ntambara iri mu Rwanda ndabasetse. wait!
22 August 2018, 19:05, by SINDAYIGAYA
NTAnambara irimurwanda ahubwo abantu bavugako irwanda hari INTAmbara barasanze jewe ndumurundi, kandi ndirwanda ko atavyonuva (?? )