Accueil > Amakuru > umutekano > Musaga: Ibikoresho vya gisirikare vyafatiwe mu gikorwa co gusaka
Musaga: Ibikoresho vya gisirikare vyafatiwe mu gikorwa co gusaka
vendredi 6 Gitugutu 2017
Ivyo vyafashwe n’igiporisi bigizwe n’impuzu za gisirikare,imisipi ya gisirikare ,impuzu zirinda imvura za gisirikare,umupira w’imbeho hamwe n’inkofer za gisirikare.
Amakuru dukesha umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi Pierre NKURIKIYE, ivyo vyafashwe vyose vyafatiwe mu mihana y’abakukuruke mu gisirikare c’Uburundi.
MUGISHA Van Naris
Messages
11 Gitugutu 2017, 07:41, par jean marc burundi
reka,reka reka....
ubwo abo nabo mushaka gucisha kubohomba.