Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Musitanteri wa komine Kirundo yahitanwe n’isanganya ry’imodoka - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Musitanteri wa komine Kirundo yahitanwe n’isanganya ry’imodoka

Musitanteri wa komine Kirundo yahitanwe n’isanganya ry’imodoka

lundi 9 Gitugutu 2017, par Egide NDUWIMANA

Muri iyo mpanuka y’imodoka yahitanye Musitanteri wa komine Kirundo, n’uwundi muntu azwi kw’izina rya NTEZIMANA Agnes, yari muri iyo modoka yaritavye Imana, hamwe n’abandi batanu bakomeretse.

Iyindi mpanuka y’imodoka yabaye ku mugoroba wo kuri uwu w’Imana nyene, kw’ibarabara rya Bugarama, hafi ya Muramvya. Iyo modoka yindi yagize isanganya yarimwo Pierre Channel NTARABAGANYI yigeze kuba umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi, ariko akaba ataco yabaye. Umushoferi yariko atwara iyo modoka, APC Havyarimana Jean Claude akaba ariwe yitavye Imana.

JPEG - 36.2 ko
MISAGO Stany, Musitanteri wa komine Kirundo yitavye Imana mw’isanganya ry’imodoka

Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.