IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Muyinga : Umuntu yari kumwe n’umukuru w’umutumba yishwe arashwe

Muyinga : Umuntu yari kumwe n’umukuru w’umutumba yishwe arashwe

lundi 22 Rusama 2017, par Egide NDUWIMANA

Abajejwe intwaro mu ntara ya Muyinga bavuga ko uwo mugabo yarashwe ari kumwe n’umukuru w’umutumba Mwurire, bariko baratahana, ariko uwo mukuru w’umutumba akaba yarashoboye kunyaga amagara.

Abantu barashe uwo mugabo ntibaramenyekana, mu giporisi i Muyinga bakavuga ko amatohoza yamaze gutangura.

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.