IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Muyinga : Uwahoze ari umunyezamu w’ibanke BBCI yafashwe n’igiporisi

Muyinga : Uwahoze ari umunyezamu w’ibanke BBCI yafashwe n’igiporisi

samedi 27 janvier 2018

Nk’uko tubisoma k’urubuga rwa Twitter rw’igiporisi c’Uburundi,Christophe KARIKURUBU yafashwe n’igiporisi ca Tanzaniya mw’ijoro buca ari kur’uyu wa gatandatu,inyuma yo guhunga yivye amafaranga imiriyoni 10 z’amafaranga y’amarundi kw’ibanke BBCI yo mu ntara ya Muyinga.

Igiporisi c’Uburundi kimenyesha ko Christophe KARIKURUBU yafatanywe igice c’amafaranga yari yivye.

Mu gatondo ko kur’uyu wa gatanu igenekerezo rya 26 Nzero 2018, uwo munyezamu ntiyabonetse ku kazo ka minsi yose, ari naho amatohoza yaciye atangura.


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.