IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Mwaro : Abanyeshure batandatu bakomerekejwe n’amabati y’ishure (...)

Mwaro : Abanyeshure batandatu bakomerekejwe n’amabati y’ishure ryagurutse

mardi 12 Nyakanga 2017

Amakuru ava mu giporisi c’Uburundi amenyesha ko babiri muri abo banyeshuri batandatu bakomeretse cane.

Ayo mashuri agurutse inyuma y’iminsi ibiri gusa umwaka w’ishuri 2017 ushira uwa 2018 utanguye.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.