IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Mwaro : Umwigisha Léonce SURWIGANO yatowe ikiziga

Mwaro : Umwigisha Léonce SURWIGANO yatowe ikiziga

mardi 20 Kigarama 2016, par Egide NDUWIMANA

Umugabo azwi kw’izina rya Léonce SURWIGANO yahora ari umwigisha kw’ishure shingiro ryo muri komine Bisoro intara ya Mwaro yatowe ikiziga ku muhingamo wo kuri uwu wa mbere.

Ico kiziga catowe mu mwonga uri hafi y’iryo shure, mu giporisi bakamenyesha ko biboneka ko abagandaguye uwo mugabo bamunigishije umugozi.

Abantu bagera kuri 15 nibo bamaze gufatwa, mu matohoza y’igiporisi yatanguye gukorwa.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.