Accueil > Amakuru > umutekano > Ngagara : Umwigeme yariko yitegurira kwubaka urwiwe yatowe ikiziga
Ngagara : Umwigeme yariko yitegurira kwubaka urwiwe yatowe ikiziga
mercredi 25 Ndamukiza 2018, par
Nk’uko bivugwa n’abanyagihugu begereye ahatowe ico kiziga, biboneka ko uwo mwigeme yariko yitegurira kwubaka urwiwe, nk’uko vyemezwa n’umuryango wiwe, yoba yishwe anizwe n’abantu bataramenyekana. Mu giporisi bamenyesha ko amatohoza yatanguye.
Umwigeme KANEZA yavuka mu ntara ya Bururi.
Egide NDUWIMANA
Messages
25 Ndamukiza 2018, 11:06, par kankindi
nagahinda kweri abo nabo yabenze ntibagoye gutora mubaze ababanyi canke uwagiramutware kuko usanga azi abo bahiganwa
25 Ndamukiza 2018, 11:08, par che
Birababaje kabisa.
25 Ndamukiza 2018, 11:45, par MACUMI
NIBARABE BABAFATE KUKO IVYO BIRABABAJE
25 Ndamukiza 2018, 12:11, par Kevin
Imbonerakure ziramara abantu,abarundi mwese mukwiye kuza tugahaguruka
25 Ndamukiza 2018, 13:48, par Busurahende
Abibaza ngo ni abo yabenze bamwishe sivyo. Kubenga canke kubengwa vyamyeho ariko ntawicwa. Ahubwo ni "ibimenyetso vy’ibihe."
25 Ndamukiza 2018, 14:41, par Mbura
Ntakundi uburundi burahomvyepe ariko arabonekako yaryosha igituba
25 Ndamukiza 2018, 14:44, par Birababaje
Abantu nkabo Imana izobahana!
25 Ndamukiza 2018, 16:00, par David
Nagira nishure Kévin ndamubaze ayo matohoza yagize kugira yemeze abagandaguye uwo muntu. Ivyo ni kurengera abandi akarimbi.
Hama ku banyamakuru b’igihe, kubera iki mureka ivyiyumviro bipfuye nk’icicuwo yiyita Mbura? Ngira ntiyamaze izina ryiwe ni Mburakimazi.
25 Ndamukiza 2018, 17:47, par Mama
Ururupfu rwuyumwana wumukobwa rubaye mumpfuzibabaje.
HANYUMA KURIBENE IKIKINYAMAKURU HARIHO IVYIYUMVIRO VYATANZWE NA KEVIN NA MBURA , MWARIMUKWIYE KUZIHAGARIKA KUKO KURIJEWE ZIRATEYE ISONI! GUSANGIRA MWEBWE MWABONYE KOHARICO ZIMAZE MURANTUNGE.
25 Ndamukiza 2018, 19:06, par Kevin
Aba banyamakuru bigiye ni mihimbiri kabisa,raba uwu yiyita mburakimazi ibi bintu yanditse hanyuma mukabishirako,nawe wiyita David izo ni mbonerakure ntabandi bariko batumarira abantu muri iki gihe wavyemera utovyemera.
25 Ndamukiza 2018, 19:58, par bukuru
hagiye mama wagiye ntagaruke naho uyu we arasekeje aba CNDD murashira
25 Ndamukiza 2018, 20:01, par .
Nakamaramaza kwumva ngo igihugu cuzuyamahoro inganda zirigwa ziragwa ayo mahoro tuyite ngwiki? Imbonerakure zirigwa ziravuga zirekuriwe kwica abantu none ayo namahoro kweri yaba bari barekuriwe kwica nabo batazopfa.
26 Ndamukiza 2018, 14:18, par Hatungimana Jean
Amakaru Ya Diamond Platnumz
30 Ndamukiza 2018, 22:21, par SINDAYIGAYA Vianney
Amakuru Yokuw 30/04/2018
1er Rusama 2018, 14:47, par king
buri wese yandika icyo atekereza gusa mbonye ko abarundi mwese mwarindagiye