Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ngozi: Amaritiro 80 y’inzoga zitemewe n’amategeko yashehwe n’igiporisi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Ngozi: Amaritiro 80 y’inzoga zitemewe n’amategeko yashehwe n’igiporisi

Ngozi: Amaritiro 80 y’inzoga zitemewe n’amategeko yashehwe n’igiporisi

lundi 4 Nyakanga 2017

Amakuru ava mu giporisi c’Uburundi akemezwa n’umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano Pierre NKURIKIYE, amenyesha ko izo nzoga zafatiwe ku muntu azwi kw’izina rya Roger IRAKOZE w’imyaka 18, imbere y’uko ahagarikwa.

Ayo makuru nyene yemeza ko abantu batatu bariko baranwa iyo nzoga itemewe n’amategeko nabo bahagaritswe, baca bajanwa mu gasho ka komisariya y’igiporisi muri komine Ngozi.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.