IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > umutekano > Ngozi-Gatare: Abantu 6 bagirizwa kwiba bafashwe

Ngozi-Gatare: Abantu 6 bagirizwa kwiba bafashwe

Monday 6 August 2018, by vianney

Amakuru amenyeshako iyo machine nyabwonko hamwe n’amafaranga vyari mu modoka y’uwo Jean Pierre NSENGIYUMVA,imashine iri mw’isakoshe yayo n’amafaranga nyene ari mw’isakoshe yayo bikaba vyibwe imiryango yiyo modoka imanje kwugururwa.

Bimenyeshwako igiporisi kimaze gukurikirana abo basuma baciye bafatwa uko ari 6,imashine nyabwonko hamwe n’amafaranga imiriyoni 5 n’ibihumbi 260 navyo nyene birafatwa.

Bitegekanijwe ko iyo mashine nyabwonko hamwe n’ayo mafaranga vyafashwe bica bishikirizwa igiporisi kijejwe amatohoza kugira hakorwe icegeranyo.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.