IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Ngozi : Gerenade yatewe n’abantu bataramenyekana

Ngozi : Gerenade yatewe n’abantu bataramenyekana

lundi 21 Myandagaro 2017

Amakuru ava mu giporisi c’Uburundi amenyesha ko iyo gerenade yatewe nk’igihe c’isaha zitatu n’igice mw’ijoro ryo kuw’Imana igenekerezo rya 20 Myandagaro 2017.

Mu giporisi bavuga ko indyane zifatiye ku matongo arizo zoba zatumye haba ico gitero kuri urwo rugo.

Ayo makuru y’igiporisi amenyesha ko amatohoza yamaze gutangura.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.