IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Ngozi: Ishirahamwe ryo kuziganya no kuguranana UCODE ryibwe n’abantu (...)

Ngozi: Ishirahamwe ryo kuziganya no kuguranana UCODE ryibwe n’abantu bataramenyekana

jeudi 14 Nyakanga 2017

Amakuru ava mu giporisi c’Uburundi amenyesha ko abo basuma binjiye muri izo nyubakwa babanje kumena idirisha, biba imashini nyabwonko 2, icuma kibika ibikozwe muri izo machine (Unité Centrale), icuma gifotora impapuro (Imprimante), hamwe n’udukoresho tubiri babikamwo ibintu (Flash disque).

Abanyezamu babiri bakorera kuri izo nyubakwa bahagaritswe ku mvo z’amatohoza, bakaba bari mu giporisi ca komine Kiremba kugira babazwe.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.