Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Nijeriya : Inzu y’uwatanguje Boko Haramu igiye gushingurwamwo kahise k’uwo (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Nijeriya : Inzu y’uwatanguje Boko Haramu igiye gushingurwamwo kahise k’uwo (...)

Nijeriya : Inzu y’uwatanguje Boko Haramu igiye gushingurwamwo kahise k’uwo muhari

mercredi 29 Munyonyo 2017, par Egide NDUWIMANA

Abakurikiranira hafi uko umuhari wa Boko Haramu wagiye urigenza bashikirije ko iyo nzu niyashirwamwo kahise kawo bizotuma abasinzikajwe nawo bababara cane gusumba, vyongere bitume abanywanyi bawo bafata Mohammed Yusuf nk’incungu yabo.

Inzu ya Mohammed Yusuf isanzwe iri mu gisagara ca Maiduguri, aho ibitero vy’uwo muhari vyatanguriye.

JPEG - 59.8 ko
Abarwanyi b’umuhari Boko Haram

Boko Haramu washinzwe urangura ibikorwa vy’iterambere mu mwaka w’2002, watanguye kugaba ibitero mu mwaka w’2009, inyuma y’aho umukuru wawo arasiwe aho yari apfungiwe. Gushika ubu ibiharuro vyerekana ko abantu baharurwa mu bihumbi bamaze guhitanwa n’ibitero vy’uwo muhari, abashika amamiriyoni nabo bata izabo.


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.