IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Muri Afrika > Umukuru wa Ekereziya Katorika Pape Francois aritezwe mu gihugu ca (...)

Umukuru wa Ekereziya Katorika Pape Francois aritezwe mu gihugu ca Mozambique

Monday 17 September 2018, by vianney

Amakuru dukesha BBC avuga ko inyuma y’urugendo umukuru w’igihugu wa Mozambique yagiriye ku cicero ca Ekereziya Katorika i Vatican ,Firipo NYUSI yavuze ko aho yasaba Papa Francois kuzogendera igihugu ciwe yamwishuye ko nimba azoaba akiriho azokigendera mu mwaka uza wa 2019.

Bivugwako iyo nama yahuje umukuru w’igihugu wa Mozambique hamwe na Papa Francois yamaze ikiringo c’iminota 30.

Ayo makuru abandanya avuga ko muriyo nama baganiriye kubijanye n’imibano hagati ya Vatican n’igihugu ca Mozambique hamwe no gukomeza umubano mwiza hagati y’ivyo bihugu.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.