Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
RDC: Abakozi 2 bavura ingwara ya Ebola bakomeretse batewe n’abanyagihugu - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Muri Afrika > RDC: Abakozi 2 bavura ingwara ya Ebola bakomeretse batewe n’abanyagihugu

RDC: Abakozi 2 bavura ingwara ya Ebola bakomeretse batewe n’abanyagihugu

Thursday 4 October 2018, by vianney

Amakuru dukesha BBC avuga ko abakozi 4 b’ishirahamwe ritabara imbabare (Croix-Rouge) nibo bagabweko igitero mu gihe bari bagiye gushingura abahitanywe n’ingwara ya Ebola bari muribo baca barakomereka bimwe bikomeye.

Bivugwako abanyagihugu bakoresheje amabuye mu gutera imodoka yaritwaye abagiye gushingurwa.

Umuntu yapfuye ahitanywe na Ebola bivugwako yanduza iyo ngwara ari naco gituma uwo ihitanye ashingurwa ku buryo buhanitse mu ntumbero yo kurinda kw’iyo ngwara ibandanya ikwiragira mu bantu.

Abantu barenga 100 nibo bamaze guhitanwa na Ebola kuva itanguye kwibonekeza mu buseruko bw’igihugu ca Repuburika Iharanira intwaro rusangi ya Kongo mu ntara ya Kivu ya Ruguru.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.